Ni indwara iterwa n'imigera bita bactérie saprophytes, irinjira imbere mu ryinyo ikaryonona maze amenyo nayo akabozoka ububabare nabwo bukaba butanguye.
![]() |
Amenyo |
Biva kuki ngo umuntu arware Amenyo ?
1. Isukari yo mumahinguriro twihereza :
Iyo duhejej gufungura indya zirimwo isukari ( hydrate de carbone) haraheza hakaba ifungurwa mu kanwa (métabolisme) bifashijwe n'amate ( enzyme salivaire) ; mu gihe umuntu arya ahekenya niko ni migera yihereza isukari bigatuma ivyunyunyu nkenerwa ku menyo ( calcium, phosphore magnesium ) bikomeza amenyo bitihoma ku menyo nayo agatangura kubozoka .
2. kutiyugumura uhejeje gufungura
Ivyo bituma isukari iri mu bifungurwa iribwa n'imigera (bactobacille) iyo ni nkomoko yo gutoboka.
3. Itabi :
ubumara bwo mw'itabi bwonona amenyo kuko bununuza calcium na vitamine C biri mu bitunganya neza amenyo .
MN: Iyo iyondwara itavuwe kare irazana Ibibazo bikomeye cane mubuzima.
- Kuvyimba imisaya
- Kutaryamira uruhande rurwaye
- Kutihereza ikintu na kimwe citwa imfungurwa
- Kudasinzira kubera ububabare
Ubwoko bw' Imiti ivura amenyo
Ivyo gukora wewe ubwawe
Muvyukuri umuti wa mbere twoguha nuwo guhagarika itabi hama kandi akagurira neza isuku amenyo yawe mukwibrosa.
Koresha ifu y'amakara canke uduti tw'umukaratusi, intusi. Iyofu ivuye mumakara y'umukaratusi urayishira mumenyo mugihe co kuja kuryama, ikigumirayo ukazinduka uyikurayo mukwiborosa.
Ikigira gatatu nigukiresha Ibumba, gusa abenshi ntiribirohera kuronka, kandi rinanagorana gukoresha.
Umuti twe tuguha uvura iyo ngwara
S-FACTOR : Médecine moderne avec thérapie cellulaire : ni ubuvuzi bugezweho bwizewe mukuvura no mugukinga Indwara n'Indwara y'amenyo irimwo.
Ufise ico ubaza woturinka kuri:
WhatsApp : +25762433166
Facebook : Hope Life
Email : kanda ngaha
0 Commentaires