Ticker

6/recent/ticker-posts

Aboturibo

Turi umurwi wiyemeje gushikiriza inyigisho ngirakamaro.

Dufasha mubice vyose vyubuzima.
Umuntu wese akeneye ubufasha bwacu, arashobora kuturonka aturondeye kunimero za whatsapp zikurikira: +62433166 canke ukadushikiriza iciyumviro cawe muri commentaires. 

Turi abantu beza bakundana kandi bama biteguye gutanga ubufasha muburyo bwihuse cane kubwivyo ntutinye kutumenyesha ico wipfuzako tugufasha.

Iyifoto irakwereka umugambi tugufitiye ko aruwuko wama muvyishimwo:
urukundo umunezero amahoro kubaho




















Umwami Mana abakomeze bagenzi bacu.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires