Ticker

6/recent/ticker-posts

Amategeko Tugenderako

Turi Abantu beza barondera ineza y'Ikibano, ninayo mpamvu tutinjirira abantu canke umuntu.


Turondera ineza ya bose, ninayompamvu inyigisho zacu dutanga arinkora mutima kumuntu wese udukurikirana buri musi. Umuntu wese adukurikirana ararekuriwe gusiga Commentaire mukubaza canke mugushikiriza iciyumviro ciwe.

Ngaya mategeko agenga Commentaire:

  1. kudatukana
  2. koresha amajambo yubaka
  3. shikiriza iciyumviro kiboneka

Uhamagarirwa gusoma neza intumbero yacu nabo turibo kugira ukorane nacu neza.

kuberako inyigisho zacu ari kirumara, kumiryango,kubabanyi bawe no kubagenzi mbere no kubihugu, uhamagarirwa gukora partage kugirango nabo baronke izo nyigisho zidasanzwe. 

 Iyi foto irerekana aho twipfuza kwa bantu bagera:












Ikintu kimwe umuntu wese akwiye kubaha kurusha ibindi bintu vyose, n'Imana umuremyi wa twese.
Tueraguhamagariraa nawe mugenzi kubaha Umuremyi.

Murakoze.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires