Ticker

6/recent/ticker-posts

Ukuntu wokwivura Amaso n'izindi ngwara ukoresheje Amakara

Amakara>


HARIHO UBWOKO BWINSHI BWAMAKARA BIVANYE NIBITI AVAMWO. ARIKO AMAKARA KARO CANE NAYUMUKRATUSI>

ubwoko bwiza bw'amakara
amakara


  • UKO BAYAKORESHA:

1)Urayahura mwisekuru 
2)Ukayaseba 
3)Ukabika ifu mukintu ciza kandi kibonerana>

urayahura ukayanoza neza
guhura

Nkuko izi foto zibitweka, Nawe nabe ariko ubigenza

akayungira gategerezwa kuba katatobaguritse. ukayungurura neza
akayungira

iki nakarorero kigikoresho wokoresha mukumininirano ifu yamakara
igikoresho

Nkuko mubibona kuriyo foto, Ifu ibikwa mukontu ciza kibonerana kandi kitavungagurika.


  •  UKO BAKORESHA IFU Y'AMAKARA

1)kuvura inzoka zomunda

Ufata ukuzuza ikirahure amazi meza, ugaca usukamwe ikiyiko kimwe cifu yamakara ugaca ukoroga ugaca unywa. 

2)AMASO

Urondera agatambara kameze neza keza kandi koroshe ugaca ukamesura. Kagikanye uca urondera isahani yogeje ugaca ukorogerako agatsima kagizwe n'amazi make cane nibiyiko bitatu vy'ifu y'amakara. uca wifunga mu maso akogatambara ahazingiyemwo ako gatsima hagatumbera kumaso. ukamazako Amasaha abiri 2h.

Ubigira imisi itanu uba watanguye kworoherwa murakoze. hari nizindi ngwra zivurwa n'Amakara tuzoziraba hanyuma. 
Dukoreshe ivyaremwe twivure.

Bimaze gukiza benshi ntubikineko nawe vyagukiza.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires