Ticker

6/recent/ticker-posts

Ivyokurya bifasha umugore kugira amazi menshi hamwe n’ ubushake bw’imibonano.

Kurangiza

Mu myaka yarenganye wasangaga abagore barabaye kivuye hejuru ku bijanye n’imibonano mpuzabitsina aho wasanga bameze nk’igikoresho co kurangiza k’umugabo. Nyamara uko iterambere rigenda riza ndetse n’abantu bakajijuka, ubu imibonano mpuzabitsina ntikiri igikorwa co gushimisha umugabo gusa. Ahubwo ni igikorwa magiriranire, bivuze ko ari umugore n’umugabo bose baba bagomba kunezerwa no kuryoherwa.

Nubwo bimeze gutyo ariko usanga hakiriho abagore batarumva icaka c’imibonano ndetse ugasanga umugore avyaye 2 canke 4 ndetse ataramenya ngo ni gute umugore arangiza hama akishima. Ibi uretse kuba bishobora guterwa n’uburyo imibonano itegurwa n’uko ikorwa, bishobora no guturuka ku mirire y’umugore. Ku buryo ushobora gusanga mu buzima bwe atarumva na rimwe afite ubushake bwo gukora imibonano.

Muri iyi nkuru, twaguteguriye ibifungurwa umugore yafungura bityo bikamwongerera ubushake bwo gukora imibonano ndetse bikanamufasha kumva uburyohe bwayo, kugira Amazi no kurangiza.

Ibifungurwa vyafasha umugore kurangiza no kwugira ubushake biherekejwe n’amafoto yavyo kugira bikworohere gutahura.

Amagi

Nubwo akenshi tuzi yuko amagi abereyeho kuduha poroteyine twifuza nyamara si aho honyine agarukira. Kuba akungahaye kuri poroteyine bituma umubiri wawe ugira ingufu zihagije mu gikorwa c’imibonano. Ikindi kandi ni uko mu magi dusangamwo ikinyabutabire citwa choline, kikaba gituma umubiri ukora nitric oxide ihagije ikaba ituma amaraso aba menshi mu myanya ndangagitsina gutryo amazi agaca arwira, kandi uko agwira niko ubushake bwiyongera. Iyi choline kandi ituma hakorwa acetylcholine ikaba ihuza ubwonko n’igitsina, muri make niyo ituma ivyo ureba canke ukora biganisha ku mibonano vyongera ubushake bigafasha kurangiza no kuryoherwa. Mu magi kandi harimo vitamin B5 na B6 zose zihangana na stress zikaringaniza igipimo c’imisemburo. Ibi vyose bifasha mu kurangiza wihereje neza mumunezero.

MN :Amagi 2 ku munsi atogotesheje, yogufasha.

Urusenda canke Tangawizi

Uko ruryana, niko ruba rwiza mu gutera ubushake. Urusenda rufasha umubiri mu gukorana ingufu, rugatuma ubira ibyuya, ibi bituma umutima uterana ingufu nuko ugasanga imitsi yareze. Bigaragarira ahanini ku mitsi y’amaboko n’iminwa igasa n’ibyimbye nyamara ntibigarukira aho kuko binatuma imishino ivyimba, bikongera ubushake bwo gukora imibonano.

Uko ruryana, niko ruba rwiza mu gutera ubushake.
Urusenda rufasha umubiri mu gukorana ingufu, rugatuma ubira ibyuya, ibi bituma umutima uterana ingufu nuko ugasanga imitsi yareze. Bigaragarira ahanini ku mitsi y’amaboko n’iminwa igasa n’ibyimbye nyamara ntibigarukira aho kuko binatuma imishino ivyimba, bikongera ubushake bwo gukora imibonano.

MN : Gusa wirinde kurufata n’intoki mu gihe uteganya kuza gukorakorana n’uwo mwubakanye kandi niba uza ugira uburwayi bw’igifu uyu si umuti wawe.

Ibinyamavuta

Ibinyamavuta tuvuga hano ni ivyokurya vyose bigira amavuta muri vyo, ndetse no gutekesha amavuta ava mu bimera (vegetable oil) gusa ukareba niba ayo mavuta arimo vitamini E. Ayo mavuta atuma umubiri ugira ubushuhe nuko ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina bukiyongera kandi no kurangiza bikaza koroha. Hari ababiteramwo inkuru ngo abantu banini barangiza neza ugereranije n’abagore bananutse, nivyo koko kuko ubwinshi bw’ibinure butera ubushuhe kwiyongera.

Epinari

Epinari, ziri mu mboga nkeya wasangamwo ivyunyuinyu vya manganeze. Ivyo vyunyunyu mu kamaro kavyo harimwo gutuma hakorwa umusemburo wa estrogen uhagije ku mugore. Harimo kandi na Magnesium ikaba ifasha mw’ikorwa ry’imisemburo/Hormone -gore. Muri epinari kandi harimo zinc, iyi ikaba ituma hagabanuka ikorwa rya prolactin, iyi prolactin iyo ibaye nyinshi ituma ubushake bugabanuka. Niyo mpamvu ku mugore wonsa atari vyiza kurya epinari nyinshi kuko vyagabanya vyamugabaniriza ubukare.

Ubuki

Mu buki dusangamwo ivyunyunyu vyabogore ivyo bituma hakorwa umusemburo wa testosterone uhagije uyu ukaba ufasha mu kugira ubushake bw’imibonano no kurangiza vyoroshye haba ku mugabo n’umugore mumwanya ukwiye. kandi ituma umubiri ukora ukanakoresha estrogen. Ushobora kurya ubuki gusa cangwa ukabuvanga mu cayi, bikaba akarusho ico cayi kirimwo na tangawizi.

MN : Icayi tuvuzaho ntabwo arikawa canke thé, kuko ivyo bisanzwe biri mubwoko bwibiyovyabwenge 

Chocolat yirabura

Si ivyo gusa kuko ituma hakorwa umusemburo wa serotonin, ukaba umusemburo wongera akanyamuneza, ukagabanya stress ndetse ukongera ingufu mu gikorwa. Si ukuzongera gusa kuko unafasha mu kurangiza bitagoranye ndetse ugatuma amaraso atembera vuba akaba menshi mu gitsina ari vyo bituma iruba rizamuka.

Iyi shokola ibamwo ikinyabutabire citwa phenethylamine, kikaba gituma umubiri uruhuka, wishima ndetse ugasohora n’uburozi.

Si ivyo gusa kuko ituma hakorwa umusemburo wa serotonin, ukaba umusemburo wongera akanyamuneza, ukagabanya stress ndetse ukongera ingufu mu gikorwa. Si ukuzongera gusa kuko unafasha mu kurangiza bitagoranye ndetse ugatuma amaraso atembera vuba akaba menshi mu gitsina ari vyo bituma iruba rizamuka.

Ntabwo twabivuga vyose mu nkuru imwe, tuzokomeza munyuma, gusa ibi ni bimwe mu vyo kurya vy’ingenzi umugore wabuze ubushake bw’imibonano canke udafise amazi yakoresha bikaba vyamwongerera ubushake n’ivyishimo.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires