![]() |
amagara meza |
Ese iterwa niki?
* Ubushakashatsi bugaragaza ko 80% kabarwayi ba Asima bayikura mumuryango, (nukuvuga hari uyirwaye canke uwigeze kuyirwara mumuryango,yaba akiriho cg atakiriho)Asima ikunze kwiyongera cyane mubihe by'ubukonje, Imvura, cyane mukwezi kwa Werurwe, Mata, Nzeli n'Ukwakira yiyongera kandi igihe uyirwaye yagiye ahantu hari ivumbi ryinshi.
Ikaba igaragazwa nibi bikurikira:
* Kunanirwa guhumekaINKURU NZIZA NGUYU MUTI WO KWIVURA IYO NGWARA
Ubwoko bwambere bw'umuti
Mugenzi umuti tukubwira nawe wakwikorera ni kwiyuka ukoresheje irya mikaratusi ya kera. Mugihe co kwivura biragusaba kwirinda aharimbeho nyinshi mugihe uba utarakira neza.
Umuti katwa uvura iyo ndwara
Mugenzi ushaka guhita ukira ahonyene, Turagufitiye umuti karuhariwe wahinguwe n'abahinga muvyintunga magara no kugira amagara meza. Niwihereza uno muiti uri mubwoko bw'ingaburo, uzoca ukira iyo ndwara ya Asima ningoga na ni ngoga.
0 Commentaires