Ticker

6/recent/ticker-posts

Indwara y'umutima w'umuntu

UMITIMA

Umutima n'iki ?

Umutima n'igihimba kimwe mubigize umubiri ariko gifise akamaro kadasanzwe kubuzima bw'umuntu kuko igihe uhagaze gukora ubuzima buca buhagarara.


Kugirango umutima ushobore gukora ubudahumeka mubuzima bw'umuntu bwose, ico gikorwa gisabako umutima uronka amaraso awugaburira nkuko bikwiye. Ayo maraso akaba anyura mumutsi munini (aorte) yigabanyamwo iyindi mitsi icamwo ayomaraso. Igihe agabanutse canke agahura n'izindi ngorane mumigenderanire yayo, umutima ugira uburibwe kandi ukaremererwa ari naco kimenyetso cambere c'imikorere mibi Y'UMUTIMA ( crise cardiaque).
umutima


Ivyorero bigasigurako gutera kwumutima ni igikorwa ubamwo burimusi mubuzima umuntu amara kwisi eka nambere utangura gutera ataravuka ni ukuvuga mumisi 23 inda imaze gusamwa umutima niho utangura gutera.

Menya nizindi ndwara mugukana aha.

Umutima utunzwe n'iki ?

Kugirango umutima ushobore gukora ubudahumeka mubuzima bw'umuntu bwose, ico gikorwa gisabako umutima uronka amaraso awugaburira nkuko bikwiye. Ayo maraso akaba anyura mumutsi munini (aorte) yigabanyamwo iyindi mitsi icamwo ayomaraso. Igihe agabanutse canke agahura n'izindi ngorane mumigenderanire yayo, umutima ugira uburibwe kandi ukaremererwa ari naco kimenyetso cambere c'imikorere mibi Y'UMUTIMA ( crise cardiaque).

N'igiko twokora kugira dukingire imitima yacu

Gufata neza umutima ni ukurya indya zituma iyomitsi ihorana isuku kugirango amaraso ayicemwo arengana atantambamyi munzira

KUGIRA UFATE NEZA UMUTIMA WOKORA IKI ?

- kwirinda kwunywa itabi, - kwirinda ko indayawe iba nini igasumba igituza, - gukora sport, - kwirinda icayi, - Kwirinda ibinure nacane cane biva kubikoko, Kwirinda kurya umunyu mwinshi, - kugabanya isukari kubiribwa ni ibinyobwa.

IVYO TWOFUNGURA

1. KURYA IBINYANTETE NKA SOYA 2. TUNGURU SUMU 3.IBIHARAGE BITARUMA 4. ITOMATE 5. AMASHU ( Brocoli) 6. PAPAYE 7.IGITUNGURU GITUKURA 8. AMAVUTA YA ELAYO 9. INDIMU 10. MANDARENI 11.SEZAME 12. IZABIBU N'IBINDI

UMUTI KUBAMAZE GUFATWA N'UMUTIMA

- Mugitondo kunywa amazi angana n'a ½litre y'amazi y'akazuyazi akanyiwemwo INDIMU, - Sasita imbere yo gufungura ukore sarade ya karote 2, INDIMU 1, igitunguru GITUKURA 1, ibiyiko 2 vya elayo n'ubuki ikiyiko 1. Ubirye rimwe kumusi. Ubikore imisi 15 udasiba, - kumugoroba ukatagurira tunguru sumu udutete 4 kumfungurwa, ubikora imisi 10 udasiba.

Tukaba turangije tubipfuriza kugira amagara meza.

Umuti uvura umuti Burundu

Ivyo bimaze kwanka turaguha imiti ikomeye cane yahinguwe n'abahinga karuhariwe binzobere, yo nakaravyo kw' iki kibazo c'umutima.

Uyo muti uzokuvura ibibazo vyose vy'umutima usigare widegemvya.

Contact yacu :

Whatsapp: +25762433166

Facebook : Hope Life 

Email : kanda ngaha 

 Murakoze, ntutinye kutwandikira, turiteguye kugufasha.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires