Ticker

6/recent/ticker-posts

UMWINGO N'IKI? Uravurwa kandi ugakira utarinze kubarwa

GARUKIRA UBUZIMA

Umwingo  (goitre) n'indwara ibangamye cane abenshi bamenyereye mukuvurwa barinda kuyibaga! ariko tugufitiye amakuru masha yo kukumenysha ko dufise umuti woroheje.
Igihe waba ubashije kumenya imikorere ikorwa n'uru rugingo nibwo wamenya agaciro rufise bityo mu gihe warwaye UMWINGO watebeshwa no kumenya uko wokira gusa kuko uba uzi agaciro thyroïde ifise ku buzima bwawe. Ku mpamvu nawe utazi neza hari ubwo wisanga iki cunyunyu iode Cabaye gike canke ntaco mu mubiri.
ikimirongo

Mbere gato ko dusoma page iwuvugako tubanze dusome ibivugwa kuri IODE ndetse n'urugingo rwa TYRIOD.

Uru rugingo rukenera iki cunyunyu ca iode ngo rubashe gukora ivyo rukora mu mubiri nko: 
☑️Kuringaniza ubushuhe n'ubukonje mu mubiri.
☑️ Kuringaniza imisemburo.
☑️Kugena imikorere y'umubiri ( Métabolisme).
☑️ Kuringaniza isukari n'ibinure.
☑️Kugena umuvuduko w'amaraso n'ibindi mu mubiri.

Igihe waba ubashije kumenya imikorere ikorwa n'uru rugingo nibwo wamenya agaciro rufise bityo mu gihe warwaye UMWINGO watebeshwa no kumenya uko wokira gusa kuko uba uzi agaciro thyroïde ifise ku buzima bwawe. Ku mpamvu nawe utazi neza hari ubwo wisanga iki cunyunyu iode Cabaye gike canke ntaco mu mubiri.

Ibi bituma urugingo thyroïde rukora cane gose bitume ruvyimba bikanagaragarira n'inyuma kuko ruherereye mw'izosi uku kuvyimba kwarwo n'ivyo vyitwa UMWINGO. Mu yandi majambo UMWINGO ni ingaruka zo gukora cane ku rugingo rwa thyroïde bitewe no kubura canke kugabanuka kwa iode mu mubiri bihita bitangura kugenda gutya ukazisanga waravyimvye.

Gusa hari n'ubwo iode iba nyinshi kurenza iyikenewe bigatuma urungingo rukora cane ngo rubashe kuyiringaniza no kuyikoresha ibi navyo bituma urugingo ruvyimba.  Hakaba nuko uba ufise iode ariko umubiri ntuyikoreshe bituma thyroïde imera nkaho itari kuyakira ngo uyikoreshe ibi navyo vyatuma urwara UMWINGO.
umwingo

Gusa hari n'ubwo iode iba nyinshi kurenza iyikenewe bigatuma urungingo rukora cane ngo rubashe kuyiringaniza no kuyikoresha ibi navyo bituma urugingo ruvyimba.

Hakaba nuko uba ufise iode ariko umubiri ntuyikoreshe bituma thyroïde imera nkaho itari kuyakira ngo uyikoreshe ibi navyo vyatuma urwara UMWINGO.

Ubwo hasigay kwibaza niba hariho ingaburo zizewe zowuvura ukavyimbuka kandi zikavanaho ingaruka zawo hatarinze gukoreshwa imbugita? Egoo cane ingaburo ziriho zizewe zivura cane umwingo maze ivyobivyimba bikayonga bikanavyimbuka burundu ubudasubira kugaruka.
umuti

Ibi bivuzeko kuba urwaye UMWINGO ari ikimenyetso kiza cuko wahuye n'imwe muri izo mpamvu umaze usoma kuri post zabanje . Ikind niba umaze gusoma inyandiko zabanje umaze kumenya ico umwingo irico ndetse n'ikiwutera.

Ubwo hasigay kwibaza niba hariho ingaburo zizewe zowuvura ukavyimbuka kandi zikavanaho ingaruka zawo hatarinze gukoreshwa imbugita? Egoo cane ingaburo ziriho zizewe zivura cane umwingo maze ivyobivyimba bikayonga bikanavyimbuka burundu ubudasubira kugaruka.

Turondere ukoresheje iyi adresse de contact yacu:

Whatsapp: +25762433166
Facebook : Hope Life
Email : kanda ngaha

Murakoze!

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires