Ticker

6/recent/ticker-posts

Umuti uvura ishano ugakira neza. Uranica amibe, ukirukana ubucafu bwose bwokonona umubiri wawe.

Uko wokwivura ishano

Abantu ntibasubire kubafana, umuti warabonetse. Ufashe uyumuti urakira neza, ugatuma.

Nico gituma Mwihinguriro ry'intunga magara riri muruganda rwoguhimiriza abantu uburyo bwo gusukura imibiri yabo bakoresheje umutobe wa chlorophil (ingagari ihinguye) mugutyorora imibiri yabo kuko:
liquid Chlorophyll

Ibintu bizokwereka ko umubiri wawe wiganziwe nivyo utagenewe (Ubucafu) nibi bikurikira :

➖ kwama umenetse umutwe ,n'uruhagarara rw'ubwonko(stress oxydatif) n'amaso akaribwa
➖kwamana uburuhe budahera no gucikintege(asthénie)
➖ kwama wisinzirirako,iyo uri murusengero,kukazi,mumodoka,uriko ufungura,n'ahandi
➖ kwama uremerewe mumubiri ,mubitugu,nomungingo dose,atanguvu...
➖kugira urukoba rudakeyeneza ugasangako amahere,amabara,amafu,urubandu ,n'ibindi
➖ kugumirwa iyo ugiye kwihagarika ( constipation)
➖ububabare budasiguritse kumubiri,nomubihimba vy'indani
➖,kwiyumva nabi,kubura akayabagu n'ibindi
➖kuguma w'uzuyinda,imisonga munda,ibirungurira,kugubwa nabi n'ivyunyoye...
➖ubuvyibuhe burenze,bwagushikanye nogusesa inda(obésité/surpoids)
➖ kwonda/kunamba kurenze(amaigrissement)
➖kugira ibintu vyera,bisa numuhondo kururimi,...
➖kumota nabi mukanwa(mauvaise haleine)
➖Gucikintege,nokutanezererwa mugitanda...

Nico gituma Mwihinguriro ry'intunga magara riri muruganda rwoguhimiriza abantu uburyo bwo gusukura imibiri yabo bakoresheje umutobe wa chlorophil (ingagari ihinguye) mugutyorora imibiri yabo kuko:

✅ KUNYWA IKINYOBWA chlorophil BIKORA IBI BIKURIKIRA.
Irakugaburira ivyangombwa vyose umubiri ukeneye kumusi kumusi,igatyorora ibisigarira vy'ubucafu budusigaramwo bugakora nk'ubumara (toxines) n'ubundi umubiri wihibgurira (déchet de métabolisme)
reba nyamuti neza

Reba ukuntu uvura ishano hamwe n'izindi ndwara?

1. Irakugaburira ivyangombwa vyose umubiri ukeneye kumusi kumusi,igatyorora ibisigarira vy'ubucafu budusigaramwo bugakora nk'ubumara (toxines) n'ubundi umubiri wihibgurira (déchet de métabolisme) 

2. Ni ikintu ngirakamaro mukwoza neza:

   ↪ igitigu (foie)
   ↪ Amafyigo (reins)
   ↪ umubiri (organisme)
   ↪Ibihimba vy'ihoka kuva mukanwa gushika ahasohokera umwanda mukuru (Système digestif)

3. Chlorophil ifise inkomezi zokwica ubumara,ishano... (=toxines : Ishano, Isumu: acides,...)

Ntihahire uwuzogupfana waramenye iyi nkuru nziza, muhe cure chlorophil uwamuhaye ubwo bumara azorindira kw'apfa ahebure❗

4. Chlorophil ituma uturemangingo twapfuye dusohoka hakaba iremwa ry'utundi dushasha (régénération des cellules)

5. Chlorophil Iratuma: 👉Amaraso atembera neza, 👉Amafyigo akora neza, 👉Urukoba rusa neza,...

6. Chlorophil irakura kugumigwa munda (Constipation) Ikica na Amibe

7. Chlorophile Irakomeza abasoda b'umubiri bigatuma igukingira ingwara nyinshi mugihe zitaragufata, nka Cancer, Diabète, Intestins, Hypertention, Goûte,...

8. Iragabanya isukari y'umurengera idengereye mumaraso.

Aricubaza canke wipfuza nawe kuronka uno muti udasanzwe, nturindire ko uwawe, umugenzi wawe agusinzikarana, mbere naho yoba ageze kure arakira neza.
Turondere kuri/ WhatsApp : +25762433166
Email : kanda ngaha.

Enregistrer un commentaire

1 Commentaires