Ticker

6/recent/ticker-posts

IGISUKARI: DIABÈTE IRASHOBORA GUKIRA?

Ego, INDWARA Y'IGISUKARI(DIABÈTE SUCRÉ) Imwe mu ndwara zigisibije mw'isi yose mbere no mu burundi ivuwe irakira neza. Kugira umuntu arware Indwara yigisukari,nuko Urwagasha rujejwe guhingura inkabura mubiri bita insuline, uduhimba tubikora bita les cellules bêta des îlots de Langerhan buba bwononekaye. Ico gihe isukari iciba umurengera mu maraso hama umuntu agaca agwara, iyo ativuje ngo akurikiranywe neza no gupfa bizamwo.

Iyo umuntu afashwe n'indwara y'igisukari,hari ibimenyetso bimwe bimwe bimubonekako:  umukoyo urimwo isukari(glycosurie) gusonza cane(polyphagie) kunyoterwa cane(polydypsie) kwihagarika kenshi(polyurie)
ifoto

IBIMENYETSO

Iyo umuntu afashwe n'indwara y'igisukari,hari ibimenyetso bimwe bimwe bimubonekako:

  1. umukoyo urimwo isukari(glycosurie)
  2. gusonza cane(polyphagie)
  3. kunyoterwa cane(polydypsie)
  4. kwihagarika kenshi(polyurie)

INGARUKA MBI z'indwara ya Diabetes(COMPLICATIONS)

Diabetes mukirundi bita Igisukari ifise ingaruka nyinshi harimwo n'Urupfu:

1.amaso arononekara(retinopathie diabétique)
2.gutakaza ububasha bwo kurangura amabanga mpuzabitsina (impuissance sexuelle ku bagabo,frigidité ku bagore)
3.infection urinaire
Hari n'ibindi vyinshi tutiriwe turafondagura.

IBITERA INDWARA YA DIABETES NAVYO N'IBI:


  • Isukari,ibisosa n'amafanta
  • Inyama,amata n'amagi
  • Inzoga n'itabi
  • Icayi ( ca OTB, hamwe nicikawa) Tubibutseko ivyo biterwa ukwari bibiri vyose biri mumurwi ubwe n'itabi.
  • Kubura vitamine B6
  • kwama kundya imwe
  • Umuvyibuho wumurengera n'ibindi, hari n'imiryango usanga bayitwa Maladie Héréditaire kubera usanga base na basekuru barayirwaye, muga sivyo, ahubwo Imibiri yabo bivanye niyo bakomoka hariho ibintu iba ikeneye batayihaye, canke bakayiha ivyidashaka, iryo kosa rikazokorwa uhereye kubasekuru ugashitsa kubuzukuru n'abuzukuruza,...

INGABURO WOFATA YOGUFASHA IKAGUKINGIRA CANKE IKAKUVURA IYO NDWARA 

1. Umuti wewe ubwawe wamana ushobora guhangana niyo ndwara

Turafise ivyo twokubwira vyinshi cane, ariko reka tukubwire bike :

1. Ibibabi vy'imyembe
2. Amacayicayi : urayateka maze ukaza ukanyiramwo indimu ukanywa nka 0,25l à 0,5l mugitondo no kumugiroba.
MN: Ntasukari urekuriwe gushiramwo.

3. Kurya umboga zivyatsi nk'insogo, inderama, inyabutongo,...
IN: Ivyo birafasha, muga bizogutwara igihe, bizogenda bigabanya ibipimo bukebuke.

2. Umuti katwa w'Igisukari

Ariko kandi turipfuza kukubwira ikintu kidasanzwe mubuzima bwawe, turafise S-FACTOR Umuti bataziye ngo nuwigitangaza, uramutse ufashe kire tuguha ukayimara, uzoca usezerera iyo ndwara burundu, abamaze gukira barahari sugushikuza canke ngo tube abishakira amahera.

Twebwe turi ikigo kidakora kubwo kwishakira ubutunzi, umwuga wubuvuzi nimpano, numurimo wo kwitanga usivye gusa ko vyose bikenera uburyo bwamafaranga kugira bikorwe. Ushaka uyo muti, turondere aha :
WhatsApp : +25762433166
Facebook : Hope Life 
Email : kanda ngaha 

Kwirakwiza ubu butumwa kuma réseaux sociaux yose ukoresha kandi no kubagenzi bawe kugirango mufashe abandi bageramiwe n'indwara ya Diabetes.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires