Ibisabwa:
Ibibabi 15 bibisi by’umwembe bikiri bitoto
Ibikombe 4 (litiro imwe) by’amazi
Uko bikorwa: Canira ya mazi arimo bya bibabi wabanje kubisukura , ubikore nimugoroba
Namara kubira uterure ubike bipfundikiye kugeza mu gitondo
Mu gitondo utaragira ikindi ushira mu nda, yungurura unywe ya mazi uyamare.
Ibi ubikora buri munsi mu gihe nimiburiburi c’amezi abiri.
Utabashije kuza ubona ibibabi buri munsi, uravyanika ugakoramwo ifu, ukaza ukoresha ibiyiko bibiri byayo muri Litiro y’amazi.
Uretse kandi kurwanya diyabete bizonagufasha: Gusukura mu gifu Kurwanya zimwe mu ndwara z’umutima ziterwa nuko imitsi isa n’iyazibye Kugabanya ibiro Kurwanya uburibwe cane cane bw’umutwe Kugabanya ibicece na ya nda yitwa nyakubahwa.
Muganga niwe wakemeza niba uhagarika imiti mugihe aba arangije kugukorera ibipimo.
Icyitonderwa

Ubu buryo ntibusimbura imiti kwa muganga baguha niba usanzwe uyifata ahubwo ni bumwe mu bugufasha guhindura imirire no kunganira imiti. Guhagarika imiti vyemezwa na muganga. Uyomuti tuhejeje kugushikiriza uzogufasha kugukingira ama effets secondaires aterwa nimiti yo kwa muganga.
Turangize kandi tubamenyesha ko dufise n'Undi muti wahinguwe n'abahinga binzobere wowo ari kandanda kuriyo ngwara. Ca uturungikira ubutumwa kuri Whatsapp: +25762433166 E-mail: kurungika ubutumwa

0 Commentaires