Ticker

6/recent/ticker-posts

Ufise ingaruka yo kwikinisha ? Umuti nguyu.

Ndabaramukije,
Ikibazo co kwikinisha n’ikibazo gihura na bose. Abagabo barikinisha. n'Imisore, Abagore n’Abakobwa barikinisha mbere nibikoko birikinisha.

Kwikinisha bisigura gukorakora kugihimba cawe cirondoka ushaka kumva uburyohe bujanye n’Imibonano mpuza bitsina atawundi muntu mudasangiye igitsina muri kubikorana kugeza naho warangiza.

Birahuye cane no kwikunda, kwinezereza wewe ubwawe ushaka kwiha umunezero udahari. Bihuye nokwihereza ibiyovyabwenge vyomurwego rwohejuru. Kwikinisha kandi muducetumwe tumwe biremewe ahandi barabirwanya. Bamwe bavyitwa icaha abandi bakemezako ari vyiza.

Yamara kwikinisha n’uburwayi, biba bibi cane kubuzima bw'urukundo n’imiryango. Birashobora guteza ubugumba bironona imbuto ngabo bigatera kutavyara no kutagira ubwonko bukora neza, bikanatuma umuntu ata icizere. Iyo rero wigeze kwikinisha utegerezwa guhura nikibazo muri kazoza haba kimwe canke vyishi muburyo ubu canke buriya.

Niba ufise icokibazo nguyumuti:

ivyo dukeneye nkuko ubibona ahon kwifoto ni:


Igitunguru gitukura( koresha bibiri mugihe wobufise bitobito) Tungurusumu(Ukoresha intete zine) Tangawizi(Kwifoto twahashize agapiripiri muga vyoba vyiza ukoresheje Tangawizi, Iteke rimwe rirahaye) Ubuki(Ntitwashoboye kubushira kw'ifoto muga usanzwe ubuzi) Itomate(Rumwe rumeze neza) Indimu irura.(Ntitwayishizeko kw'ifoto: tuvuze indimu tuba turiko tuvuga ibishishwa umutumba hamwe n'imbuto zose)


  1. Igitunguru gitukura( koresha bibiri mugihe wobufise bitobito)
  2. Tungurusumu(Ukoresha intete zine)
  3. Tangawizi(Kwifoto twahashize agapiripiri muga vyoba vyiza ukoresheje Tangawizi, Iteke rimwe rirahaye)
  4. Ubuki(Ntitwashoboye kubushira kw'ifoto muga usanzwe ubuzi)
  5. Itomate(Rumwe rumeze neza)
  6. Indimu irura.(Ntitwayishizeko kw'ifoto: tuvuze indimu tuba turiko tuvuga ibishishwa umutumba hamwe n'imbuto zose)

Uko Bitegurwa:

Igitunguru, Tanagawizi, Tungurusumu , Indimu+imbuto n'Itomane vyose urabisya kimwe kimwe ukwaco hama warangiza ugaca ubishira hamwe. Mukubisya ushobora gukoresha Imashini yabigenewe canke akuma bitwa LAPE CALOTE. canke ubundi buryo bwokorohereza ariko bwisuku.
urangije urabikanya ugata ibisigaye ugasigarana umutobe. urangije shiramwo ubuki nkibiyiko bitarenze bibiri.
MN: Ufise ikibazo ca Estoma canke Amibe wokoresha ubuki bungana n'ikiyiko kimwe. udafise ubwo burwayi twavuze aho hejuru, ushiramwo bibiri ukumviriza ko bwumvikana.
Kandi Harakenewe ko ubigirana isuku.

Uko Ufatwa:

-uwufata imisi mirongo ibirinumwe 21Jours kiramusi.
-Ibiyiko bibiri birakwiye mugitondo bindi bibiri kumugoroba.
-mumisi yokuwufata kirazira kunywa inzoga, itabi n'amata. Ufise ikibazo cama infection wobanza kuyivuza, Ufise umugore arwaye infection wirinde kubonana nawe muriyomisi yogufata uwomuti, Kandi bimeze uko no kumugore.
Turanaguhanura kugabanya ibintu bisosa muriyo Misi.
Murakoze.

Udafise Umwanya canke wipfuza gukira vuba muburyo butomoye neza, Turafise umuti tudandaza wokozwe nabahinga binzobere

Ufise ikindi kibazo  ushobora kuturungikira ubutumwa kuri E-mail mugukanda kuri _ Kurungika ubutumwa bugufi canke utwandikire kuri Whatsapp: +25762433166

Enregistrer un commentaire

1 Commentaires

Unknown a dit…
Murakoze ku muti muduhaye. Ico kibazo gihanze benshi. IMANA IBAHEZAGIRE KANDI IBAKOMEZE.