Ticker

6/recent/ticker-posts

IVYIZIGIRO VYAHISHUWE (IVYIRWA VYO GUKORESHA MW'IVUGABUTUMWA)

Ngizi PowerPoint pptx ziteguye neza ushobora kuzigira Télécharger kubuntu hama ukazikoresha mubikorane vy'ivugabutumwa. Ubusobanuro bwa buri Diapositive (Slide) urabusanga muri videos ziri kuri Mugihugu c’Ivyiza TV Kuri YouTube. Téléchargements gratuits.
Igikorane c'ubutumwa bwiza
Igikorane c'ivuganutumwa
MN : Ibi vyirwa vyateguwe na Mugihugu c’Ivyiza TV kugira ifashe abavugabutumwa mugikorwa co gukwiza hose ubutumwa bwiza kubantu bose, kirazira kubigurisha, buri wese ararekuriwe kubironka k’ubuntu.
Uwushaka ubusobanuro bw’imbitse kuri buri cirwa, uwufise ikibazo, canke uwushaka kudushigikira, ashobora kutwandikira Email mugukanda ngaha, canke aduhamagare canke atwandikire kuri : +25761208669. 

Icirwa ca mbere : Imvo n'imvano y'ikibi.

Abantu benshi babona kurino si hariho ibibi bitandukanye, kandi bakibaza koko ibibi vyavuye hehe ? biza gute ? Iki cirwa ni inyishu kurabo bantu kandi kiragarukana ivyizigiro kurabo bose bihebeshejwe n'ivya buno bugingo, Umuremyi wavyose agiye vuba gukuraho ikibi ubutagisubira kugaruka.

Kanda ngaha mu kukigira ugi Télécharger kubuntu 

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca kabiri: IZINA RIRUTA AYANDI YOSE

Kw'isi hariho amazina menshi cane, abantu bauvuga cane, ariko ntanumwe yigeze ahindurira ubuzima, Izina rya Yesu niryo zina rirura ayandi

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca gatatu: UZOBAHO IBIHE BIDASHIRA

Abahinga bavuga ko umuntu muriki gihe ashobora kuramba imyaka 75, ariko hari abayirenza kandi hariho n'abatayishikana. Muri rusangi ubuzima tubayeho kwisi burihuta cane, maze urupfu rukaza muburo tutari twiteze. Iki cirwa gitanga ivyizigiro ko naho wopfa urashobora kuronka ubugingo budashira.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca Kane : INDOTO ZA KERA ZIHISHURA IVYIZIGIRO

Ubuhanuzi buboneka muri Daniel 2 buduhishurira indoto umwami yarose maze ubusobanuro bwazo bugaca buduhishurira ivyizigiro.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.Aha.

Icirwa ca gatanu: UKUGARUKA KWA YESU

Ntabwo gucungurwa kwogira agaciro mugihe cose ubuzima bwacu bwoba bugarukira kurino si gusa. Igikorwa Yesu yatugiriye kugira agaciro mugihe uku kuri gutangajwe ko Yesu agiye kugaruka kudukura murino si yamarira. Ukuza kwa Yesu kuzoba kumugaragaro

Kanda ngaha mu kugira Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca gatandatu: AMATEGEKO AZANA UMWIDEGEMVYO

Ubwami bwose bufise amategeko, Ikicirwa cerekana akamaro kivyagezwe, kigatanga umuco kubibazo besnhi bibaza ku vyagezwe.

Kanda ngaha mu kugira Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa c'indwi: UMUSI URUTA IYINDI MISI

Iki cirwa kirasigura akajambo kukandi ico isabato iri koko, Uhereye mugihe c'irema.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa c'umunani: GUTANGURA BUNDI BUSHASHA

Iki cirwa cerekana umubatizo w'ukuri, impamvu ari ngombwa ngo umuntu abatizwe, kigahamagarira abantu kwemera kubatizwa maze bagatangura bundi bushasha.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa c'icenda: IHEREZO RY'ICAHA

Icaha ntikizokwamaho, Yesu azoza kukirimbura, maze abizera bahabwe ivyasezeranywe.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa c'icumi: UKURI K'URUPFU

Hariho ibibazo vyinshi benshi babaza vyerekeye urupfu, Hariho inyigisho nyinshi zikinyoma, iki cirwa gitanga ukuri kwa Bibiliya.

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca cumi na rimwe: UBURYO BWO KUBAHO NK'UMU CHRISTO

Ntabwo abana b'Imana bakwiye kugira umwifato nkuwabisi, bategerezwa gutandukana n'abisi kubifungurwa, kubinyobwa, kumvugo, kunywambaro, ...

Kanda ngaha mu kugira ugi Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca cumi na kabiri: IKINYOMA KIMWE CEMEWE NA BENSHI

Ninde yahinduye itegeko ry'Imana agashiraho Dimanshe, Ngiyi nyishu.

Kanda ngaha mu kugira Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca cumi na gatatu: IBIKOKO BIVURWA MUVYAHISHUWE

Ubuhanuzi bwo muvyahishuwe 13 burashira ahabona igikoko n'igishushanyo caco

Kanda ngaha mu kugira Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Icirwa ca cumi na kane: IMBERE Y'INTEBE Y'IMANZA

Ngaha turagaruka kubusobanuro bw'imisi 2300 kandi tukabona urubanza rwanyuma rw'Imana.

Kanda ngaha mu kugira Télécharger kubuntu

Kurikirane Video y'iki cirwa kugira ugisobanukirwe neza.

Enregistrer un commentaire

0 Commentaires