Indwara za Cancer
Ingwara ya cancer ni indwara ibabaje benshi kwisi kuko na OMS ubwayo ntirashobora gutora neza igituma habaho Cancer.
![]() |
Cancer |
None cancer n' iki?
Cancer ni Dévéloppement anormale des Cellules. Cancer ni ukwirema Canke ukuvuka kw' uduce ndemangingo mumubiri tudakenewe
Dusanzwe twese dufise ama cellules yubatse umubiri wacu ( uturemangingo ) natwo turafise igihe tumara hanyuma tugasaza tugasubirizwa n'utundi dushasha. Muriryo subirizwa rero ry'ama cellules mashasha, vyose biba bifashijwe na ADN / GENE umuntu avukana ni nka telecommande ituma haba ibisikanya ry'ama cellules agize umuntu.
Harakunze kuba ukwihenda (erreur) muriryo subirizwa ry'ama cellules aho ADN/ GENE isaba ko hopfa ama cellules nka 50 kukuboko hanyuma ace asubirizwa nayandi ma Cellules mashasha nka 55 ariko aho kuba ayo 55 ugaca usanga havutse 5500 cellules , ariho uza ubona ikivyimba ( tumeur ) kumuntu.
Mugihe ico kivyimba basanze ari Tumeur Bénigne, nibarya uzosanga bafise ibivyimba ariko ata Cancer irimwo ( exemple : Umwingo), uwo nta Cancer aba agwaye. Mugihe naho basanze ico kivyimba ari tumeur Maligne, niho uzokumva bavuga ko ugwaye Cancer.
Murico gihe, les cellules Cancereuses zica zirema iyindi ADN / GENE ica iza irazifasha mukubandanya havuka izindi Cellules zifise umugera wa Cancer.
Umuti uvura Cancer
Ubushakashatsi bita médecine moderne avec thérapie cellulaire ( Kuvura umuntu biciye mugumusubiriza uduce ndemangingo mumubiri)
Ni ubuvuzi bumaze imyaka 10 bukora kuriy isi yacu , bwa vumbuwe na Doctor Fred Zülli muri Suisse. Akoresheje ubuhinga bwitwa PHYTOCELLTEC (nukuvuga guterateranya uduce ndemangingo Two mubiterwa no muvyamwa)
Maze acakora ingaburomuti witwa S-factor Muri Laboratoire yitwa Mibelle biochemistry.
Iyo umugwayi wa Cancer yihereje S-factor kurugero rukwiye arakira neza.
Mugihe S-factor isubiriza uduce ndemangingo mumubiri (cellules) S-factor iba iriko irubaka ubudahangarwa bw' umubiri.
0 Commentaires