Quercétine ni ngirakamaro kuko
nayo iha ububasha umubiri bwo
kwirwanira ,isanzwe inarwanya
ububabare no guhinduka ku
mubiri bitewe na allergie.
Glucoquinine ijejwe
guha inkomezi
umubiri mu kurwanya
imigera kandi
igabanya isukari mu
mubiri,ikora nka
insuline ku barwayi
bigisukari.
Rutine ifise ububasha bwo
kugabanya amaraso yavuriye
mu mitsi akongera
gutembera neza.
Insanaganya ngaburo yo
mumurwi wa A ,B na cane
cane B9( acide folique),C na E
kandi biriyo ku bwinshi.
Ibiva mu cunyunyu
soufre
Ivunyunyu bitandukanye
nka
calcium,magnesium,chlo
re,colbat,cuivre,fer,phos
phore,iode,nickeln’ibindi.
2.Tangawizi
Tangawizi itunwe
insanganyangaburo nka Vit
E,C,A,B1,B2,B3 na B6
Igatunga ku bwinshi
ivyunyu nka potassium na
magnesium bisanzwe
bisohora kandi bikica
imigera mu mubiri
Itunze n`imikubuzo
(antioxydant) ku
rugero rwo hejuru
ivyo bigatuma igira
ubushobozi bwo
kwica imigera mu
mubiriIbigize uyo muti bivura
0 Commentaires