Mucirwa carenganye twari twabonye, bimwe mubitera kurangiza vuba turanatanga impanuro zimwe zimwe, Uyumusi tuvuga ukuntu wewe ubwawe, wokwikorera umuti ukakuvura neza.
Ivyo ukeneye gusa
- UMWANYA
- AMAHERA MAKE YOKUGURA UDUKORESHO TUZA KUVUGA
- KWAMA UDUKURIKIRANA.
Tukwibutseko ihangiro ryacu nuko wobana nuwo mwubakanye mumunezero nkuyu twerekanye aha kwi foto :
Reka turabe ibivura iyo ngwara nuko bikorehwa dufatiye kubushobozi bwavyo bwo kuyivura:
Turakubwira izina ryikintu tukwereke ifoto ryaco hamwe nukuntu gitegurwa.
PASITEKE
Pasteke nurubuto rufit' ubushobozi bwokongerera abagabo ubushake bwo gukora imibonano mpuzabitsina, kubury' abashakashatsi bamwe nabamwe badatinya Kwit' izi mbuto, the S-Factor. Abashakashatsi bo mukigo kitwa the Fruit and Vegetable Improvement Center muri Texas AM University, baheruka gutangaza ko gufungura Pasteke yitwa Watermelon bishobora kugir' ingaruka kumubiri zingana nizoterwa no gufata za S-Factor( Umuti dusanzwe tudandaza uvura ningoga na ningoga).
Izi mbuto ngo ninanziza kumubiri kuko zifit' intungamubiri bita citrulline amino acid. Iyi Citruline ngo ni nziza kuko ngwifasha amaraso gutembera neza mumubiri kubury' uyifunguye cane bitafat' imisi myinshi mbere yuk'ubon' impinduka, muvyo kubak' urugo.
Abagore bihereza Pateke kurugero rwinshi
Abagabo bihereza imbuto zayo kurugero rubereye.
Amavoka (avocado)
Ubushakashatsi buheruka gusoka muminsi yavuba, bwerekanye ko avoka, yongerer' umubiri energy, nintungamubiri zikenewe kugirang' umunt' abashe kuba active mumibonano mpuzabitsina. Avoka zikungahaye kuntungamubiri ( ivyunyunyu), intunga mubiri bita monounsaturated fats zirind'umutima kandi zikanagabany' ibinure vya cholesterol mumubiri, ndetse na vitamin B6.
Izi ntunga mubiri zose dusanga mw’ivoka, zifasha mukubumbatira energy mumubiri no konger' ubushake bwo gukora kwibihimba vy’Irondoka.
Ama voka kandi nisoko y' intungamubiri za omega-3 fatty acids, nazo zifash'umubiri kuguman' ivyishimo, no kurushaho kugir'ubushake bwo gukora kw’Igitsina c’Umugabo.
Umugabo ashobora kuyihereza cane mubifungurwa, muburyo butandukanye kugira ntimuduhire kenshi gashoboka
style="font-size: medium;">
Imbuto z’Imyungu (Pumpkin Seeds)
Zuzuyemwo intungamubiri za zinc, imwe muntungamubiri zifit'uruhare runini cane mwikorwa nikura neza ry'imbuto zaba gabo. Zinc inafash' umubiri mugukora no gukontorora imisemburo ya testosterone' ari nay' ituma habaho gushaka gukor' imibonano mpuzabitsina. Inzuzi zinarimwo nayandi mavitamine, nivyunyunyu bifash' umubiri mubijanye n’imibonano mpuzabitsina nokonger'ubushake bwo gukor' imibonano mpuzabitsina, nka vitamin B, E, C, D, K ndetse nivyunyunyu nka calcium, potassium, niacin na phosphorous.
Izombuto uraziteka maze ukazihereza.
Ntiwibagire no gufungura amababi muburyo bw’Imboga nkirengarenga.
Tuzokomeza ubutaha twige kubagore nabo. Mbere turabe nukundi kuntu wohingura undi muti ukora cane kubikinishije.
Ushaka umuti nawe ukora kumuvuduko unyarutse cane turondere kuri Whatsapp :+25762344166
Turagushimiye kuba udukurikiranye.
1 Commentaires