Ticker

6/recent/ticker-posts

Ryohereza umukunzi wawe, Urugo rwubakirwa mugitanda.

Imbere yuko nkubwira umuti wofata, reka mbanze nkubwire iyo biva kurangiza vuba  PREMATURE EJACULATION n'inkurikizi zavyo.

Kurangiza vuba nukuvug' iki?  

Kurangiza vuba bivugw' ugutandukanye,hagati yabantu batandukanye. Nubwo benshi bafatir'urugero kuvyo babona muri filme za porno, mbere yuko bibona nkabafit' iki kibazo, sik' abaganga babibona. Kubw' abaganga ngo vyitwa ko umunt' afit' ikibazo co kurangiza vuba(premature ejaculation), igihe cose umugab' arangije mbere yuko we nyir'ubwite, cank' uwo bari kumwe mur' ico gikorw' aba satisfied. Kurangiza vuba ngo bib' ikibazo gikabij iy' umugabo arangije mbere yiminot' itat' ari muri action zurukundo nuwo bakundana.

Muncamake urugo rukomerera mugitanda canke rugapfira aho nyene, iyo umwe mububakanye ataronse ivy'Imana yamugeneye ubuzima buba buhungabanye, gutryo inryane murugo zikaba ziratangiye. Niyo mpamvu tuguhamagarira gukurikirana iki cirwa neza kugira ushobore kuba wewe ubwawe wokwitorera inyishu zico kibazo canke ukazitorera umugenzi wawe. 
 

Ayamafoto arerekana ico bamwe mubahuye nico kibazo wokwireberako, ariko bakize:
Muncamake urugo rukomerera mugitanda canke rugapfira aho nyene, iyo umwe mububakanye ataronse ivy'Imana yamugeneye ubuzima buba buhungabanye, gutryo inryane murugo zikaba ziratangiye. Niyo mpamvu tuguhamagarira gukurikirana iki cirwa neza kugira ushobore kuba wewe ubwawe wokwitorera inyishu zico kibazo canke ukazitorera umugenzi wawe.
Image1


Niki gitera kurangiza vuba? 

 Iki kibazo nikimwe mubibazo abashakashatsi batarashobora kubonera inyishu, kuberako kurangiza vuba biterwa n’ibintu vyinshi bitandukanye. Kurangiza vuba bishobora kuva kumikorere yubwonko(psychological functions), canke kumikorere y’umubiri (physiological fucntions). Mubindi bishobora gutera kurangiza vuba harimwo, kutitegurira bihagije igikorwa cimibonano mpuzabitsina, uburuhe bwindenzarugero, kugira ivyishimo birengeje canke ingwara zitandukanye nka cancer nizindi ngwara.

Bimwe muvyo wakora mukwirinda kurangiza vuba.

Imibiri yabantu ikora kuburyo butandukanye cane cane iyo bigeze kubirebana nimibonano mpuzabitsina. Buri mubiri ufise uburyo buri unique ukoramwo. 
Har' ibintu bitandukanye bituma umugab' agir' umunezero uri mukigero runaka mugih' ari muri actions zurukundo. Process umubiri wumugabo unyuramwo kuv' akifuza gukor' imibonano mpuza bitsina kugez' asohoye( the arousal or the male response cycle), iri unique kuri buri wese. Iyi process ikora hakurikijwe imiterere yumubiri waburi muntu. Buri mugabo afite igihe canke stage bita mucongereza “the point of no return”.ageraho mugihe cimibonano mpuzabitsina bikaba ngombwa ko asohora. Iyo wageze kuri iyi stage ya “the point of no return” ntanakimwe wab'ugikoze ngo nturangize (ejaculation becomes inevitable). 

Niba wifuza kutinda kurangiza wokurikiza izi nama zikurikira : 

  1.  Menya neza uko umubiri wawe umeze. 
  2. Ishire mumutuzo (Relax!) 
  3. Fata imibonano mpuza bitsina nkibisanzwe (Don’t treat sex like a big deal) 
  4. Ishiremwo ko mwese mugomba kunezezwa n’ivyo mugiye gukora.
  5. Iyo aruburwayi ushobora kwikorera umuti uvuye mubimera, cane cane ivyamwa tuzobigarukako, gusa aha bigutwara igihe.                                                                                       Bimwe mubiterwa wakoresha birabe aha kwifoto:
Menya neza uko umubiri wawe umeze.  Ishire mumutuzo (Relax!)  Fata imibonano mpuza bitsina nkibisanzwe (Don’t treat sex like a big deal)  Ishiremwo ko mwese mugomba kunezezwa n’ivyo mugiye gukora. Iyo aruburwayi ushobora kwikorera umuti uvuye mubimera, cane cane ivyamwa tuzobigarukako, gusa aha bigutwara igihe. Bimwe mubiterwa wakoresha birabe aha kwifoto:
Image2

Iyo wikinishije naho ukoresha :

Imbuto z’ibitunguru bya poirreau  Tangawizi n’ubuki  Tungurusumu  Ikaroti
Image3


  • Imbuto z’ibitunguru bya poirreau 
  • Tangawizi n’ubuki 
  • Tungurusumu 
  • Ikaroti

Iyaruburwara, ukaba ushaka gukira muburyo bunyarutse,
woca ufata imiti yakandanda dusanzwe dutanga muri campany yacu. Ntutangwe rero. Kugira tugufashe kuriyo ngingo twandikire kuri whatsapp : +25762433166. 




 Izifoto ziragaragaza umunezero wabo tumaze gufasha:
Imibiri yabantu ikora kuburyo butandukanye cane cane iyo bigeze kubirebana nimibonano mpuzabitsina. Buri mubiri ufise uburyo buri unique ukoramwo.  Har' ibintu bitandukanye bituma umugab' agir' umunezero uri mukigero runaka mugih' ari muri actions zurukundo. Process umubiri wumugabo unyuramwo kuv' akifuza gukor' imibonano mpuza bitsina kugez' asohoye( the arousal or the male response cycle), iri unique kuri buri wese. Iyi process ikora hakurikijwe imiterere yumubiri waburi muntu. Buri mugabo afite igihe canke stage bita mucongereza “the point of no return”.ageraho mugihe cimibonano mpuzabitsina bikaba ngombwa ko asohora. Iyo wageze kuri iyi stage ya “the point of no return” ntanakimwe wab'ugikoze ngo nturangize (ejaculation becomes inevitable).
Image4
Umwami Mana aguhe kugira ubuzima bwiz hamwe n'Umuryango wawe.

 

https://hopelifevive.blogspot.com

Enregistrer un commentaire

1 Commentaires