Ticker

6/recent/ticker-posts

Umuti uvura Amara nizindi ngwara



 Kunywa aloe vera gel ni kintu ngira kamaro mukwoza mu: Amara(intestin), Umuashishito(estomac), Igitigu(foie), Amafyigo(reins), umubiri(organisme).

Aloe vera ikwiye(cure) igufasha kwoza ibihimba vyihoka kuva mukanwa gushika ahasohokera umwanda mukuru(Anus). nikintu ngirakamaro cane kubuzima bw'Umuntu, ninayo mpamvu twahisemwo kubamenyesha uyu muti wogufasha.



aha tubereka itandukaniro yamara meza na mabi
amara

      
          Aloe vera ifise inkomezi zokwica ubumara (toxines). kwinjiza kumusi kumusi mumubiri wacu Aloe vera bituma: 
  1. Iduza abasoda b'umubiri,
  2.  amaraso agatembera neza, 
  3. igatuma amafyigo acakora neza, 
  4. igatuma umuntu agira urukoba ruremvye (rukayangana)..... 


        Aho mukibano abantu barahana ubumara nke: Ishano Acides Isumu .... 
Abo bantu ntibabapfane Nimubahe ALOE VERA Gel uwamuhaye ubwo bumara azorindira kwapfa ahebure. Aloe Véra irimwo ivyangombwa umubiri ukeneye birenga amajana abiri ( 200 nutriments) mur ivyo twovuga ivyunyunyu mirongo ibiri, amavitamines cuminabiri,ivyo bita ama acides aminés cumi numunani, ivy bita enzymes zitandatu.. 


ukuniko bimeze
image reél


      Ese nawe bihora bigushikira? ukama wuzuye inda? Ntuje kumwanda mukuru neza? Ukagira imisonga munda? Ukabura akayabagu? Ugaturagura amangati? Ukaribwa mumara? Ukamana ugucibwamwo bidahera? Ukama uvomissa mumodoka? Ukamana iseseme? Ibirungurira bidahera? Uburuhe budasiguritse? Kwisinzirirako? Ibibazo vya Estomac, Amibes? Thyphoide ya misi yose? Ukagira ikinure kibi mumubiri? Baguhaye ISHANO, ISUMU, UBUMARA, ? Kunywa Aloe vera Gel igufasha kwica ibitameze neza nogusohora mumubiri ivyinjiye bibi( Toxines). kwihereza ikinyobwa Aloe vera Gel bituma ufungura neza, ugatagata, ukaduza abasoda bumubiri, urumva inguvu zogukora neza ,nibindi vyinshi.... bikemuka Kumagara yacu Iyo Twiheje Ico KINYOBWA NGIRAKAMARO CANE ALOE VERA GEL 

              USHAKA IKI KINYOBWA CANKE ARICUBAZA, Akura kuri:
              Whatsapp: Appel,SMS : +25761208669
             Imail
hope life de CHESTA

Enregistrer un commentaire

1 Commentaires