Kunywa aloe vera gel ni kintu ngira kamaro mukwoza mu: Amara(intestin), Umuashishito(estomac), Igitigu(foie), Amafyigo(reins), umubiri(organisme).
Aloe vera ikwiye(cure) igufasha kwoza ibihimba vyihoka kuva mukanwa gushika ahasohokera umwanda mukuru(Anus). nikintu ngirakamaro cane kubuzima bw'Umuntu, ninayo mpamvu twahisemwo kubamenyesha uyu muti wogufasha.
amara |
Aloe vera ifise
inkomezi zokwica ubumara (toxines). kwinjiza kumusi kumusi mumubiri wacu Aloe
vera bituma:
- Iduza abasoda b'umubiri,
- amaraso agatembera neza,
- igatuma amafyigo acakora neza,
- igatuma umuntu agira urukoba ruremvye (rukayangana).....
Aho mukibano abantu barahana ubumara nke: Ishano Acides
Isumu ....
Abo bantu ntibabapfane Nimubahe ALOE VERA Gel uwamuhaye
ubwo bumara azorindira kwapfa ahebure. Aloe Véra irimwo ivyangombwa umubiri
ukeneye birenga amajana abiri ( 200 nutriments) mur ivyo twovuga ivyunyunyu
mirongo ibiri, amavitamines cuminabiri,ivyo bita ama acides aminés cumi
numunani, ivy bita enzymes zitandatu..
image reél |
Ese nawe bihora bigushikira? ukama wuzuye inda? Ntuje
kumwanda mukuru neza? Ukagira imisonga munda? Ukabura akayabagu? Ugaturagura
amangati? Ukaribwa mumara? Ukamana ugucibwamwo bidahera? Ukama uvomissa
mumodoka? Ukamana iseseme? Ibirungurira bidahera? Uburuhe budasiguritse?
Kwisinzirirako? Ibibazo vya Estomac, Amibes? Thyphoide ya misi yose? Ukagira
ikinure kibi mumubiri? Baguhaye ISHANO, ISUMU, UBUMARA, ? Kunywa Aloe vera Gel
igufasha kwica ibitameze neza nogusohora mumubiri ivyinjiye bibi( Toxines).
kwihereza ikinyobwa Aloe vera Gel bituma ufungura neza, ugatagata, ukaduza
abasoda bumubiri, urumva inguvu zogukora neza ,nibindi vyinshi.... bikemuka
Kumagara yacu Iyo Twiheje Ico KINYOBWA NGIRAKAMARO CANE ALOE VERA GEL
USHAKA IKI KINYOBWA CANKE
ARICUBAZA, Akura kuri:
Whatsapp: Appel,SMS :
+25761208669
1 Commentaires