Ticker

6/recent/ticker-posts

Umuti kavukire uvura AMIBE(AMIBIASE) Igakira

 MBEGA WARUZIKO INDWARA YA AMIBE(AMIBIASE) IVUGWA IGAKIRA?


Amibe n'indwara ibangamiye abantu benshi, aho usanga barafashe imiti myinshi ariko ikanga gukira, 

Mbe none Amibe yandurwa gt?

Amibe iterwa nakanyabuzima kitwa  ANTAMOEBA HISTOLYCA


Amibe n'indwara ibangamiye abantu benshi, aho usanga barafashe imiti myinshi ariko ikanga gukira,   Mbe none Amibe yandurwa gt?  Amibe iterwa nakanyabuzima kitwa  ANTAMOEBA HISTOLYCA
Image



Yandukira gute?

yandugwa mukunywa amazi hamwe n'ibifungurwa bitagiriwe isuku rikwiye mugihe biba biriko amagi ya Amibiase(oeufs): imboga ,ivyamwa,ibikoresho bitogeje neza, inyama zidahiye neza,...


IBIMENYETSO

-Gucibwamwo amaraso nibintu vyera(Diarrhée Glairo-sanglante)

-Kwonda (amaigrissement profond)

-Kudahwa

-kwuzura inda,gutura amangati caaane

- kubura akayabagu

-Ubushuhe

-Kwiyagaza kurukoba


INGARUKA MBI ZA AMIBE

-Ibihute vyo mugitigu(abcès Hépatique)

-Ibihute vyo mumahaha(abcès du poumons)

-Ibihute mumutima,mumafyigo,nomugitsina 

- Ibisebe vyumushishito(Ulcères)

-Uruhumyi iyo ishitse mubwonko

-Gutakaza inguvu

Kwonda bikabije (Amaigrissement sévères)

-Urukoba ruserutse(nkumurwayi wimibembe)  ni bikomere.

Umuti uvura amibe Muvura amibe, urashobora gukoresha ibimera bivura, ukubahiriza amategeko y'isuku mugihe co kuwutegura. Ibimera bivura amibe: Uko bitegurwa: Ipera, Goyavier, Guava Ibice bikoresheshwa: Amababi meza canke yumye Gutegura 1: Koresha urushyi rwamababi kugirango ukore decoction hamwe na litiro 1 yamazi. Shungura, ongeramo ibiyiko 4 byubuki cyangwa ibiyiko 2 byuzuye isukari hamwe nikiyiko cyumunyu. binywe vyose kumusumwe mumice itandukanye. Gutegura 2: Fata amababi atanu ya guava, uyakuremwo agafu kugeza habonetse umutsima w'amazi make. Koresha inshuro zibiri canke zitatu kumunsi. uyo muti ufasha kwirinda indwara ya amebe. Ipapayi, Papaye, Papaya Ibice byakoreshejwe: Imbuto nziza cyangwa zumye Imyiteguro 1: Kuma imbuto, ubisya kuri poro imwe hanyuma ubiteke. Imikoreshereze na dosiye: Kunywa ikirahuri inshuro eshatu kumunsi; Gutegura 2: Koresha ibiyiko bike byimbuto za papayi buri cyumweru. Imbuto za papaya ni anti-parasitike isanzwe ifasha kugabanya ikwirakwizwa ry’ibinyabuzima bitera amebiasis. Mangifera indica Umwembe, Igiti cy'umwembe, imyembe Ibice byakoreshejwe: Amababi meza cyangwa yumye Imyiteguro: Kora decoction y'ibibabi n'amababi muri litiro 1 y'amazi Imikoreshereze na dosiye: Kunywa ikirahuri 1 cya decocté mugitondo nimugoroba Umugombe, Ansérine blanche Ibice byakoreshejwe: Amababi Imyiteguro: Gukora amababi

niba ushaka ubufasha bwacu Hari ingaburo duhingura  zabigenewe:+257 61208669

Enregistrer un commentaire

1 Commentaires