Mugabo ntugasubire kurangiza vuba nawe mugore ryoherererwa nimibonano mpuza bitsina.(Impuissance sexuelle ou éjaculation précoce ) Formation GRATUIT.
Kurangiza kare n'ikibazo kibangamira ABAGABO benshi ikibabaje bamwe ntibaziko ari ingorane bibazako ari ibintu vyizana canke kobwoba ari ubushobozi buke bwo kw'ihanganira kumara iminota myinshi ariko ararangura amabanga yabubatse. Umugore we yiyumvira kwaricahebwe. Nahoshwi uzosanga benshi biyabira bavugako bishwe namusipa(helnie) kumbe n'ingorane yatewe ninyifato yaburi muntu atiyumviriye kurigahunda ya kazoza kubijanye n'imibonano. Ivyo navyo bigatuntuza abagore babo kuko atamunezero wiryobanga baronka
HOPE LIFE HEALTHAbashakashatsi benshi berekana ko kudashobora kumara iminota 15 uriko urabira(Faire le rapport sexuel) kukiringo ca 1( premier coup) ari intango yokwerekana ubugwayi.
fig 1 |
Dr Nelson wewe ashirako akatuzo ko umugabo nyamugabo yategerezwa kumara iyo minota(15) mbere akarangiza igitsina ciwe kigifise ubushobozi bwo kugirako ikiringo (coup) ya kabiri atakuruhuka.
MN:Abigeme canke abagore barangiza(ejacule) hagati yiminota 30-45 mugihe bahuye n'umuhinga mukumenya gutegura imibonano (caresse).Nivyingenzi rero ko ubaye udashobora kumutegura iminota 30 ko naho woba ukomeye gute utorangiza coup ya mbere ngo muhurirane nawe arangije. MUTI N'IBIKI BITERA KURANGIZA KARE? Ibinyamakuru vyinshi bikorana n'ishirahamwe mpuzamakungu rya ONU riraba amagara y'abantu kw'isi OMS biremeza nezako:
Kwikinisha (Mastrubation)ari impamvu nyamukuru itera kuregera kw'ubwonko bujejwe gusohora inkabura mubiri Neurotransmeteurs zijewe gutegura neza igikogwa nyezina,Mugihe rero umuntu yokwimenyereza kwikinisha agace ku bxonko kitwa Hypophyse canke glandes putuiteurs ko havura kakanibagira igikogwa kajejwe ibintu bitotuma adashobora gusa kuranguricogikorwa ahubwo yonapfa burundu mubijanye no kwibuka,gutondeka ibintu kurutonde,.....
√Nubwo rero OMS mubinyamakuru vyayo bivuga cane kwikinisha hari n'ibindi bitera Kurangiza kare(impuissance sexuelle) arivyo: gufungura indya zitujuje ivyangombwa umubiri ukeneye(malnutrition) kugira akamenyero ko kwihereza inzoga (Zirimwo alcool) itabi, n'ibindi- Kutumvikana mu rugo
- kurenga ibigo ku bagore no ku bagabo kugira baronke ico babura mu rugo.
- Ku misore n'inkumi habaho kwambikana ubusa ngo murazi runaka nubunini n'akantu ntacamaze ntashoboye,
- Bigaca bikurikirwa nogusambura inkundo nibindi vyinshi,...
fig 2 |
- Diabète
- Hypertension
- Amaso
- Hépatite
- N'izindi...
0 Commentaires